ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 23:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 kugira ngo amaraso yose y’abagororotsi yavishijwe kw’isi+ aze kuri mwebwe, kuva ku maraso ya wa mugororotsi+ Abeli+ gushika ku maraso ya Zekariya mwene Barakiya, uwo mwagandaguriye hagati y’aheranda n’igicaniro+.

  • Luka 11:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 kuva ku maraso ya Abeli+ gushika ku maraso ya Zekariya+, uwagandaguriwe hagati y’igicaniro na ya nzu+.’ Egome, ndabibabwiye, azobazwa iri yaruka.

  • Ivyakozwe 7:58
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 58 Nuko bamaze kumuta inyuma y’igisagara+, batangura kumutera amabuye+. Ivyabona+ na vyo bishira hasi impuzu zavyo zo hejuru imbere y’ibirenge vy’umusore yitwa Sauli+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika