Luka 11:51 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 51 kuva ku maraso ya Abeli+ gushika ku maraso ya Zakariya, umwe yicirwa hagati y’igicaniro n’urusengero*+.” Emwe ndabibabwiye, azoja ku gatwe* k’uru runganwe. Luka Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 11:51 Yezu ni inzira, rup. 178 Umunara w’Inderetsi,1/1/2013, rup. 12 Niwigane, rup. 9-10
51 kuva ku maraso ya Abeli+ gushika ku maraso ya Zakariya, umwe yicirwa hagati y’igicaniro n’urusengero*+.” Emwe ndabibabwiye, azoja ku gatwe* k’uru runganwe.