ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ntuze wunamire imana zabo canke ngo woshwe kuzikorera, kandi ntuze ukore ikintu na kimwe kimeze nk’ivyo bakoze+, ariko uze ubisenyure ata kabuza wongere umenagure inkingi nyeranda zabo+.

  • 2 Abami 10:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze avuga ati: “Ingo tujane, urabe ingene ntihanganira ubukeba na bumwe+ kuri Yehova.” Nuko baguma bamutwarana na we mu mukogote w’intambara wiwe.

  • 2 Ngoma 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Araheza akuraho ibicaniro vy’ibinyamahanga+ n’ibibanza bikirurutse+, amenagura inkingi nyeranda+ yongera yicira ibikingi vyeranda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika