2 Abami 10:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Maze amubwira ati: «Ingo tujane, urabe ingene ntihanganira na gato abahemukira* Yehova+.» Nuko Yehu amutwara mu mukogote wiwe w’intambara. 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 10:16 Umunara w’Inderetsi,1/1/1998, rup. 23-24
16 Maze amubwira ati: «Ingo tujane, urabe ingene ntihanganira na gato abahemukira* Yehova+.» Nuko Yehu amutwara mu mukogote wiwe w’intambara.