ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 20:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Yesaya aca avuga ati: “Iki ni co kimenyetso+ uhawe kivuye kuri Yehova c’uko Yehova azoshitsa ijambo avuze: Ushaka ko igitutu kija vy’ukuri imbere intambuko cumi z’ingazi canke ko gisubira inyuma intambuko cumi?”

  • 2 Ngoma 32:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Nuko Imana y’ukuri iramureka+ kugira imugeze+, biciye ku bavugizi b’abaganwa ba Babiloni+ batumwe kuri we+ gusiguza ivy’ikimenyetso+ cari cabaye mu gihugu, kugira ngo imenye ivyari mu mutima wiwe vyose+.

  • Yesaya 38:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ehe ngira ntume igitutu cari camanutse ku ntambuko z’ingazi za Ahazi kubera izuba+ gisubira inyuma intambuko cumi z’ingazi+.”’” Maze izuba risubira inyuma buhorobuhoro intambuko cumi z’ingazi ku ntambuko z’ingazi ryari ryamanutse+.

  • Yesaya 38:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Muri ico gihe, Hezekiya avuga ati: “Ikimenyetso ni igiki c’uko nzoduga ku nzu ya Yehova+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika