8 I Yeruzalemu na ho nyene Yehoshafati ahashira bamwe mu Balewi+ n’abaherezi+, na bamwe mu bakuru b’amazu ya ba sekuru+ ba Isirayeli ngo bace imanza+ za Yehova n’imanza+ z’ababa i Yeruzalemu.
20Nuko mu mwaka ugira indwi, mu kwezi kwa gatanu, ku musi ugira cumi w’ukwo kwezi, abagabo bo mu bahumure ba Isirayeli baza gusiguza Yehova+, bicara imbere yanje+.