-
2 Ngoma 2:4Bibiliya y’isi nshasha
-
-
4 ehe ngira nubakire+ inzu izina+ rya Yehova Imana yanje kugira ngo ndayimwereze+, kugira ngo nturirire imbere yiwe imibavu* imota neza+, habe n’imikate igerekeranye y’ubudasiba+ n’amashikanwa aturirwa, mu gitondo no ku mugoroba+, ku masabato+, ku mboneko z’ukwezi+ no ku biringo vy’imisi mikuru+ vya Yehova Imana yacu. Ivyo ni vyo Isirayeli izobwirizwa kugira gushika igihe kitagira urugero*+.
-