Kuvayo 15:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi Miriyamu yaguma yitabira+ abagabo ati: “Ririmbira Yehova+, kuko ashizwe hejuru cane+.Ifarasi n’uwuyigendesha yajugunyiye mu kiyaga+.” Nehemiya 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Abakuru b’Abalewi bari Hashabiya, Sherebiya+ na Yeshuwa mwene Kadumiyeli+ na bene wabo babangabanganye na bo mu gushemeza Imana no kuyikengurukira bisunze ibwirizwa+ rya Dawidi umuntu w’Imana y’ukuri, umugwi w’abarinzi ugahwana n’uwundi.
21 Kandi Miriyamu yaguma yitabira+ abagabo ati: “Ririmbira Yehova+, kuko ashizwe hejuru cane+.Ifarasi n’uwuyigendesha yajugunyiye mu kiyaga+.”
24 Abakuru b’Abalewi bari Hashabiya, Sherebiya+ na Yeshuwa mwene Kadumiyeli+ na bene wabo babangabanganye na bo mu gushemeza Imana no kuyikengurukira bisunze ibwirizwa+ rya Dawidi umuntu w’Imana y’ukuri, umugwi w’abarinzi ugahwana n’uwundi.