Zaburi 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova ni Umwami gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.Amahanga yayogeye mw’isi yiwe+. Zaburi 37:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+. Imigani 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ukwibukwa kw’umugororotsi kuvamwo umuhezagiro+, ariko izina ry’ababisha rizobora+. Yesaya 26:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Barapfuye; ntibazobaho+. Nta co bashoboye mu rupfu+, ntibazovyuka+. Waritayeho rero ivyabo kugira ngo ubazimanganye, ubatikize ntibabe bakivugwa na gato+.
16 Yehova ni Umwami gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.Amahanga yayogeye mw’isi yiwe+.
10 Kandi hasigaye akanya gatoyi, umubisha ntabe akiriho+;Kandi uzokwitegereza koko aho yahora, umubure+.
14 Barapfuye; ntibazobaho+. Nta co bashoboye mu rupfu+, ntibazovyuka+. Waritayeho rero ivyabo kugira ngo ubazimanganye, ubatikize ntibabe bakivugwa na gato+.