-
Guharura 15:3Bibiliya y’isi nshasha
-
-
3 hanyuma mukabwirizwa guhereza ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova+, ishikanwa riturirwa+ canke ikimazi ku bwo gushitsa indagano idasanzwe canke ku bushake+ canke mu gihe c’imisi mikuru y’ibiringo+ yanyu, kugira ngo bibe akamoto karuhura kuri Yehova+, ishikanwa rivuye mu busho canke mu mukuku;
-