Imigani 4:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Inzira y’ababisha imeze nk’umuzimagiza+; ntibazi ico baguma batsitarako+. 1 Yohani 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mugabo uwanka mwene wabo, ari mu mwiza kandi agendera mu mwiza+, kandi ntazi iyo ariko araja+, kuko umwiza wamuhumye amaso.
11 Mugabo uwanka mwene wabo, ari mu mwiza kandi agendera mu mwiza+, kandi ntazi iyo ariko araja+, kuko umwiza wamuhumye amaso.