Zaburi 73:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo ndamana nawe nantaryo+;Wamfashe ukuboko kw’iburyo+. Zaburi 121:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Yehova arakurinda+.Yehova ni igitutu cawe+ iburyo bwawe+.