Zaburi 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nashize Yehova imbere yanje nantaryo+.Kubera ko ari iburyo bwanje, sinzonyiganyizwa+. Zaburi 73:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mugabo ndamana nawe nantaryo+;Wamfashe ukuboko kw’iburyo+. Zaburi 109:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko azohagarara iruhande y’ukuryo kw’umworo+,Ngo amukize abamucira urubanza.