Zaburi 72:1 Bibiliya y’isi nshasha 72 Ewe Mana, nuhe umwami ingingo zawe z’ubutungane+,Uhe ubugororotsi bwawe umwana w’umwami+. Zaburi 82:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Muzogeza ryari kuguma muca imanza mu karenganyo+No kugira nkunzi ku babisha+? Sela.