ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 24:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Kuko nk’uko imisi ya Nowa+ yari imeze, ni ko n’ukuhaba* kw’Umwana w’umuntu kuzomera+.

  • Matayo 25:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+.

  • Ivyahishuwe 6:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Hanyuma ngize ntya, mbona ifarasi yera+; kandi uwuyicayeko+ yari afise umuheto+; ahabwa urugori+, agenda atsinda+ no kugira ngo aheraheze intsinzi yiwe+.

  • Ivyahishuwe 19:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika