ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 12:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Maze Natani abwira Dawidi ati: “Uwo mugabo ni wewe! Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ni jewe nakwirobanurije amavuta+ ngo ube umwami wo kuganza Isirayeli, kandi ni jewe nakurokoye+ mu kuboko kwa Sauli.

  • 2 Ngoma 16:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ico gihe Hanani+ rubonyi aza kuri Asa umwami wa Yuda maze amubwira ati: “Ko wishimikije umwami wa Siriya+, ntiwishimikize Yehova Imana yawe+, ni co catumye inteko za gisirikare z’umwami wa Siriya zikira ukuboko kwawe.

  • Imigani 17:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Uguhambara kurashika kure mu muntu ategera+, kuruta ugukubita ikijuju incuro ijana+.

  • Abagalatiya 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ariko igihe Kefa+ yaza muri Antiyokiya+, naramurwanije amaso mu yandi, kubera ko yari n’ikimutsinda+.

  • Abagalatiya 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Bene wacu, naho umuntu yotirimuka+ imbere y’uko abimenya, mwebwe abafise kamere zisabwa zo mu vy’impwemu+ mugerageze kubogora umuntu mwene uwo n’umutima w’ubwitonzi+, kandi na wewe ubwawe wigumizeko ijisho+, kugira ngo nawe ntuhave ugeragezwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika