ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mbere ku bw’ivyo ibintu vyose mbona koko yuko ari uruhombo kubera agaciro gahebuje ko kumenya Kristu Yezu Umukama wanje+. Kubera we, naremeye guhomba ibintu vyose ndabibona nk’ikigunguzi c’umwanda+, kugira ngo nunguke Kristu

  • 1 Yohani 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ikigeretseko, isi iriko irahita, n’icipfuzo cayo ni ukwo+, mugabo uwukora ukugomba+ kw’Imana agumaho ibihe vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika