Guharura 30:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+. Zaburi 66:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nzoza mu nzu yawe mfise amashikanwa aturirwa uko yakabaye+;Nzoshitsa indagano zanje kuri wewe+, Zaburi 116:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nzoshitsa indagano zanje kuri Yehova+,Egome, imbere y’abantu biwe bose+, Yona 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko jeho, nzogushikanira ikimazi njanisha n’ijwi ry’ugukenguruka+.Ico naraganye, nzogishitsa+. Ubukiriro ni ubwa Yehova+.”
2 Mu gihe umugabo agize indagano+ kuri Yehova canke arahiye indahiro+ kugira yibohereko indagano y’ukwiyima+, ntaze arenge kw’ijambo ryiwe+. Nk’uko ivyasohotse mu kanwa kiwe vyose biri ni ko azokora+.
18 Nzoshitsa indagano zanje kuri Yehova+,Egome, imbere y’abantu biwe bose+, Yona 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko jeho, nzogushikanira ikimazi njanisha n’ijwi ry’ugukenguruka+.Ico naraganye, nzogishitsa+. Ubukiriro ni ubwa Yehova+.”
9 Ariko jeho, nzogushikanira ikimazi njanisha n’ijwi ry’ugukenguruka+.Ico naraganye, nzogishitsa+. Ubukiriro ni ubwa Yehova+.”