Matayo 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Murabe ntimusuzugure n’umwe muri aba batoyi; kuko ndababwiye yuko abamarayika babo+ mw’ijuru bama bitegereza mu maso ha Dawe ari mw’ijuru+. Luka 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Zekariya abwira nya mumarayika ati: “Ivyo novyemezwa n’iki? Ko nshaje+, umugore wanje na we akaba yitereye mu myaka.”
10 Murabe ntimusuzugure n’umwe muri aba batoyi; kuko ndababwiye yuko abamarayika babo+ mw’ijuru bama bitegereza mu maso ha Dawe ari mw’ijuru+.
18 Zekariya abwira nya mumarayika ati: “Ivyo novyemezwa n’iki? Ko nshaje+, umugore wanje na we akaba yitereye mu myaka.”