ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 18:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Nuko Musa atangura gutora muri Isirayeli yose abagabo babishoboye, abashinga amabanga yo kuba abakuru b’abantu+, abakuru b’ibihumbi, abakuru b’amajana, abakuru ba mirongo itanitanu n’abakuru b’amacumi.

  • 1 Samweli 22:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Maze Sauli abwira abasuku biwe bari bahagaze irya n’ino yiwe ati: “Ndabinginze mwumvirize yemwe Babenyamini. Mbega mwene Yese+ na we nyene azobaha mwese imirima be n’imirima y’imizabibu+? Mbega azobagena mwese kuba abakuru b’ibihumbi+ n’abakuru b’amajana?

  • Daniyeli 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nebukadinezari umwami atumako ngo bakoranye abakuru b’intara, abatware+ na ba buramatari, abajanama, abanyabigega, abacamanza, abakuru mu nyamiramabi+ be n’abayobozi bose b’intara z’ubutware, ngo baze ku birori vyo gushikiriza+ nya gishusho Nebukadinezari umwami yari yahagaritse.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika