Zaburi 112:1 Bibiliya y’isi nshasha 112 Shemeze Ya+! א [ʼAlefu]Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,ב [Beti]Yahimbawe cane+ n’amabwirizwa yiwe+. Imigani 16:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwerekana ko ari n’ugutahura kwimbitse mu kintu, azoronka ivyiza+, kandi hahiriwe uwizigira Yehova+.
112 Shemeze Ya+! א [ʼAlefu]Hahiriwe umuntu atinya Yehova+,ב [Beti]Yahimbawe cane+ n’amabwirizwa yiwe+.
20 Uwerekana ko ari n’ugutahura kwimbitse mu kintu, azoronka ivyiza+, kandi hahiriwe uwizigira Yehova+.