Itanguriro 41:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Hanyuma Farawo abwira Yozefu ati: “Ko Imana yatumye umenya ivyo vyose+, nta muntu n’umwe ariho w’ubwenge kandi w’inkerebutsi nkawe+. Imigani 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ugutahura kwimbitse kwiza gutanga ubutoni+, mugabo inzira y’ibihemu iragumye kandi ntiringaniye+.
39 Hanyuma Farawo abwira Yozefu ati: “Ko Imana yatumye umenya ivyo vyose+, nta muntu n’umwe ariho w’ubwenge kandi w’inkerebutsi nkawe+.