Matayo 12:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Ehe umusavyi wanje+ natoye, umukundwa wanje+, uwo umutima wanje washimye! Nzoshira impwemu yanje kuri we+, kandi azotomorera amahanga ubutungane ico ari co. Abaroma 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 no kugira ngo amahanga+ aninahaze Imana kubera imbabazi zayo+. Nk’uko vyanditswe ngo: “Ni co gituma wewe nzokwemanga icese mu mahanga, kandi nzohibongoreza izina ryawe+.”
18 “Ehe umusavyi wanje+ natoye, umukundwa wanje+, uwo umutima wanje washimye! Nzoshira impwemu yanje kuri we+, kandi azotomorera amahanga ubutungane ico ari co.
9 no kugira ngo amahanga+ aninahaze Imana kubera imbabazi zayo+. Nk’uko vyanditswe ngo: “Ni co gituma wewe nzokwemanga icese mu mahanga, kandi nzohibongoreza izina ryawe+.”