ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 11:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa+, mugabo abantu bavuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+.’ Ariko ubukerebutsi bwerekanwa ko bugororotse n’ibikorwa vyabwo+.”

  • Mariko 15:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Vyongeye, bamanika abambuzi babiri hamwe na we, umwe iburyo bwiwe, uwundi ibubamfu bwiwe+.

  • Luka 22:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Kuko ndababwiye yuko ibi bintu vyanditswe bitegerezwa kurangukira muri jewe, ari vyo vy’ibi: ‘Kandi yaharuranywe n’abagarariji+.’ Kuko ikinyerekeye kiriko kiraranguka+.”

  • Luka 23:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Mugabo abandi bantu babiri b’inkozi z’ikibi, na bo nyene bari bajanywe kwicanwa na we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika