Luka 5:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Abafarizayo n’abanditsi babo baca batangura kwidodombera abigishwa biwe, bavuga bati: “Kubera iki musangira ibiribwa n’ibinyobwa n’abatozakori be n’abacumuzi+?” Luka 7:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa, mugabo muvuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+!’ Luka 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku bw’ivyo, Abafarizayo n’abanditsi baguma bavugira mu ntamatama, bati: “Uyu muntu aha ikaze abacumuzi kandi agasangira na bo+.” Luka 19:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo babibonye, batangura kuvugira mu ntamatama bose+ bati: “Ku muntu w’umucumuzi ni ho yinjiye kurara.”
30 Abafarizayo n’abanditsi babo baca batangura kwidodombera abigishwa biwe, bavuga bati: “Kubera iki musangira ibiribwa n’ibinyobwa n’abatozakori be n’abacumuzi+?”
34 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa, mugabo muvuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+!’
2 Ku bw’ivyo, Abafarizayo n’abanditsi baguma bavugira mu ntamatama, bati: “Uyu muntu aha ikaze abacumuzi kandi agasangira na bo+.”
7 Mugabo babibonye, batangura kuvugira mu ntamatama bose+ bati: “Ku muntu w’umucumuzi ni ho yinjiye kurara.”