Kuvayo 20:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 “Ntukipfuze inzu ya mugenzawe. Ntukipfuze umugore wa mugenzawe+, canke umushumba wiwe, canke umushumbakazi wiwe, canke ishūri yiwe, canke indogobwa yiwe, canke ikintu na kimwe ca mugenzawe+.” 1 Abami 21:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko Ahabu abwira Naboti ati: “Numpe+ umurima w’imizabibu wawe+, kugira ngo umbere umurima+ w’imboga+, kuko wegereye inzu yanje; ureke ndaguhe mu kibanza cawo umurima w’imizabibu mwiza kuwurusha. Canke nimba ari vyiza mu maso yawe+, ndaguha amahera bwa kiguzi cawo.” Nehemiya 5:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ndabinginze uno musi mubasubize amatongo yabo+, imirima yabo y’imizabibu, imirima yabo y’imyelayo n’amazu yabo, n’ic’ijana c’amahera n’ic’intete, n’ic’umuvinyu mushasha n’ic’amavuta mubaka bwa nyungu.” Yesaya 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Baragowe abafatanya inzu n’iyindi+, n’abungikanya itongo n’irindi gushika aho ata kibanza gisigara+, mukabwirizwa kwibāna mwenyene hagati mu gihugu! Ezekiyeli 22:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Abanyagihugu bashishikaye umugambi w’ubugunge+, bashikura ibintu mu bwambuzi+, bafata nabi umurushwa n’umworo+, bagunga kavamahanga ata butungane+.’
17 “Ntukipfuze inzu ya mugenzawe. Ntukipfuze umugore wa mugenzawe+, canke umushumba wiwe, canke umushumbakazi wiwe, canke ishūri yiwe, canke indogobwa yiwe, canke ikintu na kimwe ca mugenzawe+.”
2 Nuko Ahabu abwira Naboti ati: “Numpe+ umurima w’imizabibu wawe+, kugira ngo umbere umurima+ w’imboga+, kuko wegereye inzu yanje; ureke ndaguhe mu kibanza cawo umurima w’imizabibu mwiza kuwurusha. Canke nimba ari vyiza mu maso yawe+, ndaguha amahera bwa kiguzi cawo.”
11 Ndabinginze uno musi mubasubize amatongo yabo+, imirima yabo y’imizabibu, imirima yabo y’imyelayo n’amazu yabo, n’ic’ijana c’amahera n’ic’intete, n’ic’umuvinyu mushasha n’ic’amavuta mubaka bwa nyungu.”
8 Baragowe abafatanya inzu n’iyindi+, n’abungikanya itongo n’irindi gushika aho ata kibanza gisigara+, mukabwirizwa kwibāna mwenyene hagati mu gihugu!
29 Abanyagihugu bashishikaye umugambi w’ubugunge+, bashikura ibintu mu bwambuzi+, bafata nabi umurushwa n’umworo+, bagunga kavamahanga ata butungane+.’