Kuvayo 21:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nimba ari umushumba canke umushumbakazi iyo shūri yasetse, nyeneyo azoha shebuja w’uno ikiguzi ca shekeli mirongo itatu+, nya shūri na yo iterwe amabuye. Mariko 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.
32 Nimba ari umushumba canke umushumbakazi iyo shūri yasetse, nyeneyo azoha shebuja w’uno ikiguzi ca shekeli mirongo itatu+, nya shūri na yo iterwe amabuye.
11 Bavyumvise, baranezerwa, baca basezerana kumuha amafeza+. Nuko atangura kurondera akaryo keza ko kumugabura+.