Yesaya 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimwige gukora iciza+; nimurondere ubutungane+; nimugorore umunyagahahazo+; nimuce urubanza rw’impfuvyi*+; nimuburanire umupfakazi+.” Yakobo 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.
17 Nimwige gukora iciza+; nimurondere ubutungane+; nimugorore umunyagahahazo+; nimuce urubanza rw’impfuvyi*+; nimuburanire umupfakazi+.”
27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.