ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 14:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Kandi Umulewi+, kubera ko atagira umuturi canke intoranwa kumwe na wewe, be na kavamahanga+ n’impfuvyi* n’umupfakazi+ bari mu marembo yawe, bazoza, barye bahage; kugira ngo Yehova Imana yawe aguhezagire+ mu gikorwa cose+ c’ukuboko kwawe uzokora.

  • Gusubira mu vyagezwe 27:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “‘Aravumwe umuntu agoreka+ urubanza+ rwa kavamahanga+, rw’impfuvyi* n’urw’umupfakazi+.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen!’)

  • Yobu 29:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kuko natabara umurushwa atabaza+,

      Impfuvyi* n’uwundi wese atagira gifasha+.

  • Zaburi 68:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Imana, ahantu hayo heranda iba+,

      Ni se w’impfuvyi* ikaba n’umucamanza w’abapfakazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika