Zaburi 118:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hahezagirwe uwuje mw’izina rya Yehova+;Twarabahezagiye turi mu nzu ya Yehova+. Matayo 21:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!”
9 Nayo amasinzi, ayagendera imbere yiwe n’ayamukurikira, yaguma asemerera ati: “Turatakamvye, kiza+ Umwana wa Dawidi+! Arahezagiwe uwuje mw’izina rya Yehova+! Mukize, turatakamvye, wewe uri iyo hejuru mu majuru+!”