ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zakariya 12:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Igihugu kizoboroga koko+, umuryango umwumwe wose ukwawo; umuryango w’inzu ya Dawidi ukwawo, n’abagore babo ukwabo+; umuryango w’inzu ya Natani+ ukwawo, n’abagore babo ukwabo;

  • Ivyahishuwe 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ehe ariko arazanana n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona+, n’abamucumise bazomubona+; kandi imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Egome, Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika