1 Abatesalonika 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 kugira ngo mubandanye kugenda+ nk’uko bibereye Imana ibahamagarira+ ubwami+ bwayo n’ubuninahazwa bwayo. Ivyahishuwe 5:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 kandi wabagize ubwami+ n’abaherezi+ ku Mana yacu+, kandi bazoganza isi+.”
12 kugira ngo mubandanye kugenda+ nk’uko bibereye Imana ibahamagarira+ ubwami+ bwayo n’ubuninahazwa bwayo.