Zaburi 110:1 Bibiliya y’isi nshasha 110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.” Daniyeli 7:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ahabwa ubutware+ n’iteka+ n’ubwami+, kugira ngo ibisata vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi vyose bimukorere+. Ubutware bwiwe ni ubutware bwamaho igihe kitagira urugero, butazovaho; ubwami bwiwe na bwo ni ubutazosenyurwa+. Luka 22:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 Ariko kuva ubu Umwana w’umuntu+ azoba yicaye iburyo+ bw’Imana+ h’ububasha.”
110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”
14 Maze ahabwa ubutware+ n’iteka+ n’ubwami+, kugira ngo ibisata vy’abantu, imiryango y’amahanga n’indimi vyose bimukorere+. Ubutware bwiwe ni ubutware bwamaho igihe kitagira urugero, butazovaho; ubwami bwiwe na bwo ni ubutazosenyurwa+.