Yesaya 53:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Yarasuzugurwa kandi akinubwa n’abantu+; yari umuntu agenewe imibabaro n’ukumenya indwara+. Wamenga twari duhishijwe mu maso h’umuntu+. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’ubusa+. Yohani 19:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 batangura kuza kuri we bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita amakofe mu maso+.
3 Yarasuzugurwa kandi akinubwa n’abantu+; yari umuntu agenewe imibabaro n’ukumenya indwara+. Wamenga twari duhishijwe mu maso h’umuntu+. Yarasuzugurwa, tukamubona nk’ubusa+.
3 batangura kuza kuri we bavuga bati: “Ndabugize, Mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita amakofe mu maso+.