Zaburi 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Buguruye akanwa kabo ngo bandotse+,Nk’intambwe itabagura kandi iroha+. Zakariya 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova aca ambwira ati: “Giterere mw’ishikaniro+, ico giciro c’agahebuza babonye ko dukwiranye+.” Nuko ntora nya biceri mirongo itatu vy’ifeza, ndabiterera mw’ishikaniro mu nzu ya Yehova+. Ivyakozwe 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imana ya Aburahamu n’iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaninahaje+ Umusavyi+ wayo Yezu, uwo mwebwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, mu gihe yari yafashe ingingo yo kumurekura+.
13 Yehova aca ambwira ati: “Giterere mw’ishikaniro+, ico giciro c’agahebuza babonye ko dukwiranye+.” Nuko ntora nya biceri mirongo itatu vy’ifeza, ndabiterera mw’ishikaniro mu nzu ya Yehova+.
13 Imana ya Aburahamu n’iya Izahaki n’iya Yakobo+, ya Mana ya ba sogokuruza bacu, yaninahaje+ Umusavyi+ wayo Yezu, uwo mwebwe mwatanze+ mukamwihakanira imbere ya Pilato, mu gihe yari yafashe ingingo yo kumurekura+.