7 Ibi ni vyo Yehova, Umucunguzi wa Isirayeli+, Umweranda wiwe, abwiye uwusuzugurwa rwose+, uwankwa n’ihanga urunuka+, umusuku w’abatware+: “Abami ubwabo bazobibona bahaguruke koko+, n’abaganwa, kandi bazokwunama, kubera Yehova uwuri umwizigirwa+, wa Mweranda wa Isirayeli, umwe agutora+.”