ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 12:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Ubu iyi si iraciriwe urubanza; ubu umutware+ w’iyi si agira atabwe hanze+.

  • Yohani 16:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 maze ku vyerekeye urubanza+, kubera ko umutware w’iyi si aciriwe urubanza+.

  • Abaheburayo 2:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Rero, kubera ko nya “bana batoyi” ari abasangiye amaraso n’umubiri, na we nyene yaronse kuri ivyo bintu nyene+, kugira ngo biciye ku rupfu rwiwe+ ahindure ubusa+ umwe afise uburyo bwo guteza urupfu+, ari we Shetani*+;

  • Ivyahishuwe 12:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 mugabo nticanesha, eka mbere ntihongera kuboneka ikibanza cabo mw’ijuru.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika