ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 53:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ku bw’iyo mvo, nzomuha umugabane muri benshi+, kandi azogabanganya isahu kumwe n’abanyabushobozi+, kubera ko yasutse ubuzima bwiwe gushika ku rupfu+, agaharurwa mu bagabitanya+; kandi ubwiwe yiremetse igicumuro c’abantu benshi+, aja hagati ku bw’abagabitanya+.

  • Abaroma 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Kuko nimba twacitse abunze ubumwe na we mu rupfu rusa n’urwiwe+, nta nkeka kandi ko tuzokwunga ubumwe na we mw’izuka risa n’iryiwe+;

  • Abaroma 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko ico ari co Kristu yapfiriye akongera akabera muzima+, kugira ngo abe Umukama ku bapfuye+ n’abazima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika