Itanguriro 3:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nzoshira inyankane+ hagati yawe+ na wa mugore+ no hagati y’uruvyaro*+ rwawe n’uruvyaro+ rwiwe. Uyo*+ azogukomeretsa mu mutwe+, nawe+ uzomukomeretsa+ ku gitsintsiri+.” Matayo 12:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+. Ivyakozwe 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 avuga ati: “Ewe wa muntu yuzuye ubwoko bwose bw’ububeshi n’ubwoko bwose bw’ikibi kibishe, wa mwana wa Shetani+, wa mwansi w’ibigororotse vyose: mbega ntuzoreka kugoramika inzira zigororotse za Yehova?
15 Nzoshira inyankane+ hagati yawe+ na wa mugore+ no hagati y’uruvyaro*+ rwawe n’uruvyaro+ rwiwe. Uyo*+ azogukomeretsa mu mutwe+, nawe+ uzomukomeretsa+ ku gitsintsiri+.”
34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+.
10 avuga ati: “Ewe wa muntu yuzuye ubwoko bwose bw’ububeshi n’ubwoko bwose bw’ikibi kibishe, wa mwana wa Shetani+, wa mwansi w’ibigororotse vyose: mbega ntuzoreka kugoramika inzira zigororotse za Yehova?