1 Samweli 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Samweli amwiganira rero nya majambo yose, ntiyamuhisha ikintu na kimwe. Eli aca avuga ati: “Ni Yehova. Nakore ivyo abona ko ari vyiza mu maso yiwe+.” Matayo 26:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Yongera kugenda ubugira kabiri+ arasenga, avuga ati: “Dawe, nimba bidashoboka ko iki kindengana kiretse ndakinyoye, ukugomba kwawe nikube+.”
18 Samweli amwiganira rero nya majambo yose, ntiyamuhisha ikintu na kimwe. Eli aca avuga ati: “Ni Yehova. Nakore ivyo abona ko ari vyiza mu maso yiwe+.”
42 Yongera kugenda ubugira kabiri+ arasenga, avuga ati: “Dawe, nimba bidashoboka ko iki kindengana kiretse ndakinyoye, ukugomba kwawe nikube+.”