Matayo 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubwami+ bwawe nibuze. Ukugomba kwawe+ nigukorwe kw’isi nko mw’ijuru+. Yohani 12:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha. Ivyakozwe 21:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Vyanse ko ateshwa, tuvyemera ukwo, tuvuga duti: “Ukugomba+ kwa Yehova nikube.”
27 Ubu umutima wanje urahagaze+. None mvuge iki? Data, nkiza iyi saha+. Yamara rero, iki ni co catumye nshika kuri iyi saha.