ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe 21:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 173-174

Ivyakozwe 21:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 173-174

Ivyakozwe 21:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:39
  • +Ivk 20:3
  • +Ivk 27:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 173-175

Ivyakozwe 21:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:11, 12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 175

Ivyakozwe 21:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:5; Ivk 9:40; 20:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 176

Ivyakozwe 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:21

Ivyakozwe 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:22
  • +Ivk 6:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 176-177

Ivyakozwe 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 2:28; Ivk 2:17; 1Kr 11:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 176-177

Ivyakozwe 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 177

Ivyakozwe 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:23; 21:33
  • +Ivk 9:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 177-178, 189

Ivyakozwe 21:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 177-178

Ivyakozwe 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:24
  • +Gus 20:8
  • +2Kr 4:10; 2Tm 4:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 177-178

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2008, rup. 32

Ivyakozwe 21:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 3:18; Mt 26:42

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 178

Ivyakozwe 21:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 15:25

Ivyakozwe 21:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:22

Ivyakozwe 21:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 24:11
  • +Ivk 15:4

Ivyakozwe 21:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 12:17; 15:13; Gl 1:19; 2:9; Yak 1:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 112, 181

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1997, rup. 14

Ivyakozwe 21:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:4; 14:27
  • +Ivk 15:12; Rm 15:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 181-182

Ivyakozwe 21:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:1; 22:3; Rm 10:2; Gl 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 182-183

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2003, rup. 23-24

    15/10/2002, rup. 30

Ivyakozwe 21:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 6:14; Gl 5:1
  • +Rm 2:28; 1Kr 7:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2016, rup. 15

    Nushinge intahe, rup. 182, 183-185

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2003, rup. 24

Ivyakozwe 21:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 184-185

Ivyakozwe 21:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:2
  • +Gh 6:14, 15, 17
  • +Gh 6:18; Ivk 18:18
  • +1Kr 9:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    10/2018, rup. 24-25

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2016, rup. 15

    Nushinge intahe, rup. 184-185

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2003, rup. 24

    1/7/2000, rup. 10

Ivyakozwe 21:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 35:2; Kv 34:15; Ivk 15:29
  • +It 9:4; Lw 3:17; 17:10; Gus 12:23; 1Sm 14:32
  • +Lw 17:13
  • +1Kr 6:9; Kl 3:5; 1Ts 4:3; 1Pt 4:3

Ivyakozwe 21:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 24:18; 1Kr 9:20
  • +Gh 6:5
  • +Gh 6:19
  • +Gh 6:21

Ivyakozwe 21:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:9
  • +Ivk 19:29

Ivyakozwe 21:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 24:5
  • +Ivk 24:6

Ivyakozwe 21:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:4; 2Tm 4:20

Ivyakozwe 21:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:5
  • +Ivk 26:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2020, rup. 31

Ivyakozwe 21:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:27

Ivyakozwe 21:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:27
  • +Ivk 23:26

Ivyakozwe 21:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:23; 21:11; Ef 6:20

Ivyakozwe 21:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 19:32
  • +Ivk 22:24

Ivyakozwe 21:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 23:18; Yoh 19:15; Ivk 22:22

Ivyakozwe 21:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 5

Ivyakozwe 21:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 5:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2010, rup. 15

Ivyakozwe 21:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 3:5
  • +Ivk 9:11; 22:3

Ivyakozwe 21:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:16; 19:33
  • +Ivk 26:14

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 21:3Ivk 15:39
Ivyak. 21:3Ivk 20:3
Ivyak. 21:3Ivk 27:10
Ivyak. 21:4Ivk 21:11, 12
Ivyak. 21:5Ezr 9:5; Ivk 9:40; 20:36
Ivyak. 21:6Ivk 18:21
Ivyak. 21:8Ivk 18:22
Ivyak. 21:8Ivk 6:5
Ivyak. 21:9Yw 2:28; Ivk 2:17; 1Kr 11:5
Ivyak. 21:10Ivk 11:28
Ivyak. 21:11Ivk 20:23; 21:33
Ivyak. 21:11Ivk 9:16
Ivyak. 21:12Mt 16:22
Ivyak. 21:13Ivk 20:24
Ivyak. 21:13Gus 20:8
Ivyak. 21:132Kr 4:10; 2Tm 4:6
Ivyak. 21:141Sm 3:18; Mt 26:42
Ivyak. 21:15Rm 15:25
Ivyak. 21:16Ivk 18:22
Ivyak. 21:17Ivk 24:11
Ivyak. 21:17Ivk 15:4
Ivyak. 21:18Ivk 12:17; 15:13; Gl 1:19; 2:9; Yak 1:1
Ivyak. 21:19Ivk 11:4; 14:27
Ivyak. 21:19Ivk 15:12; Rm 15:18
Ivyak. 21:20Ivk 15:1; 22:3; Rm 10:2; Gl 1:14
Ivyak. 21:21Ivk 6:14; Gl 5:1
Ivyak. 21:21Rm 2:28; 1Kr 7:19
Ivyak. 21:24Gh 6:2
Ivyak. 21:24Gh 6:14, 15, 17
Ivyak. 21:24Gh 6:18; Ivk 18:18
Ivyak. 21:241Kr 9:20
Ivyak. 21:25It 35:2; Kv 34:15; Ivk 15:29
Ivyak. 21:25It 9:4; Lw 3:17; 17:10; Gus 12:23; 1Sm 14:32
Ivyak. 21:25Lw 17:13
Ivyak. 21:251Kr 6:9; Kl 3:5; 1Ts 4:3; 1Pt 4:3
Ivyak. 21:26Ivk 24:18; 1Kr 9:20
Ivyak. 21:26Gh 6:5
Ivyak. 21:26Gh 6:19
Ivyak. 21:26Gh 6:21
Ivyak. 21:27Gh 6:9
Ivyak. 21:27Ivk 19:29
Ivyak. 21:28Ivk 24:5
Ivyak. 21:28Ivk 24:6
Ivyak. 21:29Ivk 20:4; 2Tm 4:20
Ivyak. 21:30Ivk 17:5
Ivyak. 21:30Ivk 26:21
Ivyak. 21:31Ivk 21:27
Ivyak. 21:32Ivk 23:27
Ivyak. 21:32Ivk 23:26
Ivyak. 21:33Ivk 20:23; 21:11; Ef 6:20
Ivyak. 21:34Ivk 19:32
Ivyak. 21:34Ivk 22:24
Ivyak. 21:36Lk 23:18; Yoh 19:15; Ivk 22:22
Ivyak. 21:38Ivk 5:36
Ivyak. 21:39Fp 3:5
Ivyak. 21:39Ivk 9:11; 22:3
Ivyak. 21:40Ivk 13:16; 19:33
Ivyak. 21:40Ivk 26:14
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyakozwe 21:1-40

Ivyakozwe

21 Aho tumariye kubiyaka tukagenda hanyuma tugafata ikiyaga, tunyaruka umudakebuka maze dushika i Kosi, mugabo ku musi ukurikira dushika i Rode, hanyuma tuva ng’aho dushika i Patara. 2 Aho tumariye kuronka ubwato bwajabuka i Fenisiya, tururira turagenda. 3 Dushitse aho tubona izinga rya Shipure+, turisiga inyuma ibubamfu turabandanya tugana i Siriya+, duhagarara i Tiro, kuko aho ari ho ubwato bwabwirizwa gupakururira imizigo+. 4 Turondeye turatora abigishwa, hanyuma tuhaguma imisi indwi. Mugabo biciye ku mpwemu+ baguma babwira Paulo kudahonyoza ikirenge i Yeruzalemu. 5 Nuko rero turangije nya misi, tuva ng’aho dufata inzira; mugabo bose, bari kumwe n’abagore n’abana, baraduherekeza gushika inyuma y’igisagara. Hanyuma turapfukama+ kw’isesero ry’ikiyaga turasenga 6 maze turasezerana+, turaheza twurira ubwato mugabo bo basubira iwabo.

7 Maze turangiza urugendo rwo kuva i Tiro hanyuma dushika i Putolemayi, turamutsa abavukanyi, tugumana na bo umusi umwe. 8 Bukeye dufata urugendo dushika i Sezariya+, twinjira mu nzu ya Filipo umwamamaji w’injili, akaba yari umwe muri ba bagabo indwi+, hanyuma tugumana na we. 9 Uyo mugabo yari afise abakobwa bane b’isugi, bavuga ubuhanuzi+. 10 Mugabo tukihagumye imisi itari mike, umuhanuzi umwe yitwa Agabo+ amanuka avuye i Yudaya, 11 ashika aho turi hanyuma afata umukanda wa Paulo, yiboha amaguru n’amaboko, avuga ati: “Uku ni ko impwemu nyeranda ivuga: ‘Umugabo nyen’uyu mukanda Abayuda bazomuboha+ muri ubu buryo i Yeruzalemu, bamutange+ mu maboko y’abanyamahanga.’” 12 Aho twumviye ivyo, twe n’abo ng’aho dutangura kumwinginga ngo ntaduge+ i Yeruzalemu. 13 Maze Paulo yishura ati: “Ivyo mugira ni ibiki, ko murira+ mwongera muntera kugoyagoya mu mutima+? Nimubimenye: siniteguriye kuboherwa i Yeruzalemu vyonyene, ahubwo nditeguriye no gupfirayo+ ku bw’izina ry’Umukama Yezu.” 14 Vyanse ko ateshwa, tuvyemera ukwo, tuvuga duti: “Ukugomba+ kwa Yehova nikube.”

15 Inyuma y’iyo misi rero twitegurira urugendo, hanyuma dutangura kuduga i Yeruzalemu+. 16 Mugabo bamwe mu bigishwa b’i Sezariya+ na bo nyene bajana natwe, ngo badutware ku muntu yari kuduha indaro iwe, umuntu yitwa Munasoni w’i Shipure, umwigishwa wo mu ntango. 17 Dushitse i Yeruzalemu+, abavukanyi batwakirana urweze+. 18 Mugabo ku musi ukurikira Paulo yinjirana natwe kwa Yakobo+; kandi abagabo b’inararibonye bose ni ho bari. 19 Nuko arabaramutsa, atangura kubiganira ido n’ido inkuru+ y’ibintu Imana yakoreye mu mahanga biciye ku busuku bwiwe+.

20 Aho bavyumviye batangura kuninahaza Imana, bamubwira bati: “Urabona, mwene wacu, ibihumbi vy’abemera biri mu Bayuda ingene bingana; kandi bose barafitiye umwete Itegeko+. 21 Mugabo barumvise urukurukuru kuri wewe yuko umaze igihe wigisha Abayuda bose mu mahanga ubuhuni ku bijanye na Musa+, ubabwira kutagenyera+ abana babo no kutagendera mu migenzo yashinzwe. 22 None hakorwe iki kuri ivyo? Uko biri kwose, baraza kwumva ko washitse. 23 Kora rero ibi tukubwiye: Turafise abagabo bane bariko indagano. 24 Jana abo bagabo+ wihumanurane na bo nk’uko bisabwa wongere urihe ivyo basohora+, kugira ngo imitwe yabo imobwe+. Ni ho bose bazomenya yuko urukurukuru bakwumviseko ata co ruvuze, ahubwo ko ugendera ku rutonde, wewe ubwawe ukagumya Itegeko+. 25 Nayo ku vyerekeye abemera bo mu mahanga, twarafashe ingingo yacu, turaheza turayirungika, yuko bakwiye kuguma birinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, n’amaraso+, n’ibinizwe+ be n’ubusambanyi+.”

26 Maze Paulo ajana nya bagabo bukeye, hanyuma arihumanurana na bo nk’uko bisabwa+ araheza yinjira mu rusengero, kugira amenyeshe imisi ikwiye kurangira+ ku bw’ukwo guhumanurwa kwashinzwe, gushika ishikanwa+ ritangiwe umwe wese muri bo+.

27 Maze ya misi indwi+ iri mu kurangira, Abayuda bo muri Aziya bamubonye mu rusengero batangura gutera umuvurungano mw’isinzi ryose+, baca bamushorerako amaboko, 28 basemerera bati: “Bagabo ba Isirayeli, tabara! Ng’uyu wa mugabo yigisha abantu bose ahantu hose ibirwanya iki gisata+ n’Itegeko n’aha hantu! Kandi uretse ivyo, yaraninjije Abagiriki mu rusengero, ahumanya aha hantu heranda+.” 29 Kuko imbere y’aho bari babonye Tirofimo+ Umunyefeso mu gisagara ari kumwe na we, mugabo biyumvira ko Paulo yari yamwinjije mu rusengero. 30 Igisagara cose kija mu ntureka+, abantu bariruka barundanira hamwe; bacakira Paulo bamuburutira inyuma y’urusengero+. Buno nyene imiryango ica irugarwa. 31 Igihe bariko barondera kumwica, amakuru ashikira umukomanda w’inteko yuko Yeruzalemu yose iri mu muvurungano+; 32 na we aca afata abasoda n’intwazangabo, yirukanga amanuka iyo bari+. Ngo babone nya mukomanda wa gisirikare+ na nya basoda, baca bareka gukubita Paulo.

33 Maze nya mukomanda aregera aramufata, ategeka yuko aboheshwa iminyororo ibiri+; atangura kubaza uwo ari we n’ico yari yakoze. 34 Mugabo bamwe muri nya sinzi batangura gusemerera bavuga ikintu kimwe, abandi ikindi+. Nuko rero, abonye ata kintu gitomoye amenye kubera uruhagarara, ategeka ko bamujana ku cicaro c’abasoda+. 35 Mugabo ashitse ku ngazi, ibintu bigera aho abasoda bamuterura bakamutwara kubera ubukazi bw’iryo sinzi; 36 kuko nya bantu indiri baguma bakurikira, basemerera bati: “Mukureho+!”

37 Hanyuma agira yinjizwe ku cicaro c’abasoda, Paulo abwira nya mukomanda ati: “Noba nemerewe kugira ico nkubwiye?” Na we ati: “Urazi ikigiriki? 38 Ubwo koko nturi wa Munyamisiri yatera umugumuko mu misi iheze+ akajana mu gahinga ba bagabo ibihumbi bine bitwaza intambi?” 39 Maze Paulo avuga ati: “Mu vy’ukuri ndi Umuyuda+ w’i Taruso+ muri Silisiya, umunyagihugu wo mu gisagara kitayoberanye. Ndakwinginze rero, unkundire ngire ico mbwira aba bantu.” 40 Amaze gutanga uruhusha, Paulo ahagaze ku ngazi agirira ikimenyetso+ abantu n’ukuboko abamāma. Hamaze kuba agacerere kenshi, abashikiriza ijambo mu rurimi rw’igiheburayo+, ati:

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika