Ivyakozwe 21:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ashika aho turi hanyuma afata umukanda wa Paulo, yiboha amaguru n’amaboko, avuga ati: “Uku ni ko impwemu nyeranda ivuga: ‘Umugabo nyen’uyu mukanda Abayuda bazomuboha+ muri ubu buryo i Yeruzalemu, bamutange+ mu maboko y’abanyamahanga.’” Ivyakozwe 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Aho twumviye ivyo, twe n’abo ng’aho dutangura kumwinginga ngo ntaduge+ i Yeruzalemu.
11 ashika aho turi hanyuma afata umukanda wa Paulo, yiboha amaguru n’amaboko, avuga ati: “Uku ni ko impwemu nyeranda ivuga: ‘Umugabo nyen’uyu mukanda Abayuda bazomuboha+ muri ubu buryo i Yeruzalemu, bamutange+ mu maboko y’abanyamahanga.’”