Ivyakozwe 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Mugabo Abayuda batemera baragumura+ bongera bosha imitima y’abanyamahanga kurwanya abavukanyi+. Ivyakozwe 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bahitana abagabo bamwe b’ababisha mu birirwa bicaye mu kaguriro, barema akagwi baca batangura gutera intureka mu gisagara+. Batera inzu ya Yasoni+, barondera kuzana Paulo na Silasi ku mugwi w’abari bagumutse.
5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bahitana abagabo bamwe b’ababisha mu birirwa bicaye mu kaguriro, barema akagwi baca batangura gutera intureka mu gisagara+. Batera inzu ya Yasoni+, barondera kuzana Paulo na Silasi ku mugwi w’abari bagumutse.