ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 17
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe 17:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 2:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 133-134

Ivyakozwe 17:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:20; 13:14; 14:1; 18:4
  • +Ivk 18:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 18-19

    1/12/2008, rup. 30

    Nushinge intahe, rup. 134-135

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 251-252

Ivyakozwe 17:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:7, 16; 34:20; 69:21; 118:22; Yes 50:6; 53:3, 5
  • +Zb 16:10; Lk 24:46
  • +Ivk 18:28; Gl 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 19

    1/12/2008, rup. 30

    Nushinge intahe, rup. 134-135

Ivyakozwe 17:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 28:24
  • +Ivk 15:22, 40

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 19

    1/11/1997, rup. 22

    Nushinge intahe, rup. 135

Ivyakozwe 17:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:45
  • +Ivk 16:20
  • +Rm 16:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 19

    Nushinge intahe, rup. 135-136, 139

Ivyakozwe 17:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:17; Ivk 16:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 19-20

    Nushinge intahe, rup. 135-136

Ivyakozwe 17:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 4:12
  • +Lk 23:2; Yoh 19:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 20

    Nushinge intahe, rup. 135-136

Ivyakozwe 17:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2012, rup. 20

    Nushinge intahe, rup. 136

Ivyakozwe 17:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 136-137

Ivyakozwe 17:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 16:29
  • +Yoh 5:39
  • +Img 14:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 2

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2011, rup. 25

    15/4/2007, rup. 14-15

    Nushinge intahe, rup. 137-138

Ivyakozwe 17:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:50

Ivyakozwe 17:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 14:19; 1Ts 2:15
  • +Ivk 14:2

Ivyakozwe 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 10:23

Ivyakozwe 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:1; 1Ts 3:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2004, rup. 18-19

Ivyakozwe 17:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 140

Ivyakozwe 17:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:5; 18:19
  • +Img 1:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 18

    Nushinge intahe, rup. 140-141

Ivyakozwe 17:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:22; Kl 2:8
  • +1Kr 4:13
  • +Yoh 5:29; 11:25; 1Kr 15:12; Ivh 20:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 141-142

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2003, rup. 22

    1/8/2001, rup. 19

Ivyakozwe 17:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:27

Ivyakozwe 17:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:12

Ivyakozwe 17:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    4/2011, rup. 18

Ivyakozwe 17:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:34
  • +Ivk 17:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 30

    1/9/2007, rup. 14

    Nushinge intahe, rup. 142-143

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 252

Ivyakozwe 17:23

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2012, rup. 18

    15/7/2010, rup. 30

    15/7/2002, rup. 32

    Be maso!,

    4/2011, rup. 18

    Nushinge intahe, rup. 143

Ivyakozwe 17:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 146:6; Yes 42:5; Ivk 4:24; 14:15
  • +1Bm 8:27; Yes 66:1; Ivk 7:48

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 30

    1/7/2008, rup. 10

    Nushinge intahe, rup. 143-144

Ivyakozwe 17:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:12
  • +It 2:7
  • +Yes 42:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 30

    1/7/2008, rup. 10

    Nushinge intahe, rup. 144

Ivyakozwe 17:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:28
  • +It 5:2
  • +Gus 32:8
  • +Zb 74:17
  • +Gus 2:5, 19; 32:8; Yes 34:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 30

    1/7/2008, rup. 10

    1/10/1998, rup. 8

    Nushinge intahe, rup. 144-145

Ivyakozwe 17:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:29; Yes 55:6
  • +Zb 145:18; Yr 23:23; Rm 1:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 30

    1/7/2008, rup. 10

    Nushinge intahe, rup. 145

Ivyakozwe 17:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:5
  • +Tt 1:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 38

    Be maso!,

    4/2011, rup. 18

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 30-31

    15/6/2004, rup. 14

    Nushinge intahe, rup. 145-146

Ivyakozwe 17:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:27
  • +Yos 22:22; Zb 50:1; Yes 46:9
  • +Gus 5:8; Yes 37:19; 40:18; 46:5; Ivk 19:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 30-31

    15/1/2004, rup. 32

    Nushinge intahe, rup. 146

Ivyakozwe 17:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 14:16; Rm 3:25; 5:13; Ef 4:18
  • +Lk 24:47

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 31

    Nushinge intahe, rup. 146

Ivyakozwe 17:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:13; 98:9; Yes 2:4; Yoh 5:22; Ivk 10:42
  • +Yoh 11:25; Ivk 2:24; 13:33; Rm 6:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 31

    15/1/2008, rup. 20

    Nushinge intahe, rup. 146-147

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 295-296

    Urashobora Kubaho, rup. 175

Ivyakozwe 17:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 31

    1/7/1998, rup. 21

    Nushinge intahe, rup. 147

Ivyakozwe 17:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2010, rup. 31

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 17:11Ts 2:1
Ivyak. 17:2Ivk 9:20; 13:14; 14:1; 18:4
Ivyak. 17:2Ivk 18:19
Ivyak. 17:3Zb 22:7, 16; 34:20; 69:21; 118:22; Yes 50:6; 53:3, 5
Ivyak. 17:3Zb 16:10; Lk 24:46
Ivyak. 17:3Ivk 18:28; Gl 3:1
Ivyak. 17:4Ivk 28:24
Ivyak. 17:4Ivk 15:22, 40
Ivyak. 17:5Ivk 13:45
Ivyak. 17:5Ivk 16:20
Ivyak. 17:5Rm 16:21
Ivyak. 17:61Bm 18:17; Ivk 16:20
Ivyak. 17:7Ezr 4:12
Ivyak. 17:7Lk 23:2; Yoh 19:12
Ivyak. 17:10Ivk 9:25
Ivyak. 17:11Lk 16:29
Ivyak. 17:11Yoh 5:39
Ivyak. 17:11Img 14:15
Ivyak. 17:12Ivk 13:50
Ivyak. 17:13Ivk 14:19; 1Ts 2:15
Ivyak. 17:13Ivk 14:2
Ivyak. 17:14Mt 10:23
Ivyak. 17:15Ivk 16:1; 1Ts 3:2
Ivyak. 17:162Pt 2:8
Ivyak. 17:17Ivk 13:5; 18:19
Ivyak. 17:17Img 1:20
Ivyak. 17:181Kr 1:22; Kl 2:8
Ivyak. 17:181Kr 4:13
Ivyak. 17:18Yoh 5:29; 11:25; 1Kr 15:12; Ivh 20:6
Ivyak. 17:19Mr 1:27
Ivyak. 17:20Ivk 2:12
Ivyak. 17:22Ivk 17:34
Ivyak. 17:22Ivk 17:16
Ivyak. 17:24Zb 146:6; Yes 42:5; Ivk 4:24; 14:15
Ivyak. 17:241Bm 8:27; Yes 66:1; Ivk 7:48
Ivyak. 17:25Zb 50:12
Ivyak. 17:25It 2:7
Ivyak. 17:25Yes 42:5
Ivyak. 17:26It 1:28
Ivyak. 17:26It 5:2
Ivyak. 17:26Gus 32:8
Ivyak. 17:26Zb 74:17
Ivyak. 17:26Gus 2:5, 19; 32:8; Yes 34:17
Ivyak. 17:27Gus 4:29; Yes 55:6
Ivyak. 17:27Zb 145:18; Yr 23:23; Rm 1:20
Ivyak. 17:28Yes 42:5
Ivyak. 17:28Tt 1:12
Ivyak. 17:29It 1:27
Ivyak. 17:29Yos 22:22; Zb 50:1; Yes 46:9
Ivyak. 17:29Gus 5:8; Yes 37:19; 40:18; 46:5; Ivk 19:26
Ivyak. 17:30Ivk 14:16; Rm 3:25; 5:13; Ef 4:18
Ivyak. 17:30Lk 24:47
Ivyak. 17:31Zb 96:13; 98:9; Yes 2:4; Yoh 5:22; Ivk 10:42
Ivyak. 17:31Yoh 11:25; Ivk 2:24; 13:33; Rm 6:5
Ivyak. 17:321Kr 1:23
Ivyak. 17:34Ivk 17:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyakozwe 17:1-34

Ivyakozwe

17 Buno bafata urugendo baca i Amfipoli n’i Apoloniya hanyuma baza i Tesalonika+, ahari isinagogi y’Abayuda. 2 Nuko rero, nk’uko Paulo yari asanzwe abigira+, yinjira aho bari, amara amasabato atatu azirikana hamwe na bo afatiye ku Vyanditswe+, 3 asigura yongera yemeza akoresheje ibintu vyanditswe yuko vyari nkenerwa ko Kristu acumukura+ hanyuma akazuka mu bapfuye+, avuga kandi ati: “Uyo ni we Kristu+, uyo Yezu ndiko ndabamenyesha.” 4 Ku bw’ivyo rero bamwe muri bo bacika abemera+ hanyuma bifatanya na Paulo na Silasi+; Abagiriki indiri n’indiri bǎsenga Imana be n’abagore bakurubakuru batari bake na bo nyene bagira kuno.

5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bahitana abagabo bamwe b’ababisha mu birirwa bicaye mu kaguriro, barema akagwi baca batangura gutera intureka mu gisagara+. Batera inzu ya Yasoni+, barondera kuzana Paulo na Silasi ku mugwi w’abari bagumutse. 6 Bababuze, baburuta Yasoni n’abavukanyi bamwe, babajana ku batware b’igisagara, basemerera bati: “Ba bantu batembagaje+ isi bari n’ino, 7 kandi Yasoni yabakiriye neza. Kandi abo bantu bose barwanya ingingo zashinzwe+ na Sezari, bakavuga ko hariho uwundi mwami+, ari we Yezu.” 8 Badurumbanya koko isinzi n’abatware b’igisagara aho bumviye ivyo bintu; 9 aho gusa bamariye kuronka ingwati ihagije kuri Yasoni n’abandi, ni ho babonye kubarekura.

10 Buno nyene mw’ijoro+ abavukanyi batuma Paulo na Silasi i Beroya, hanyuma bashitseyo, binjira mw’isinagogi y’Abayuda. 11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+. 12 Benshi muri bo rero bacika abemera, n’abatari bake mu bagore b’Abagirikikazi bubahwa+ no mu bagabo na bo nyene bagira kuno. 13 Mugabo aho Abayuda b’i Tesalonika bamenyeye yuko ijambo ry’Imana ryamamajwe na Paulo n’i Beroya nyene, baza no ng’aho kwosha+ no kudurumbanya+ amasinzi. 14 Maze abavukanyi buno nyene barungika Paulo ngo agende gushika ku kiyaga+; mugabo Silasi na Timoteyo basigara ng’aho. 15 Ariko abari baherekeje Paulo baramujana gushika i Atene, hanyuma bamaze guhabwa itegeko ry’uko Silasi na Timoteyo+ boza aho ari vuba bishoboka, baragenda.

16 Paulo akibarindiririye i Atene, muri we umutima wiwe uterwa ishavu+ no kubona ingene ico gisagara cuzuye ibigirwamana. 17 Nuko rero atangura kuzirikana mw’isinagogi hamwe n’Abayuda+ n’abandi bantu bǎsenga Imana, kandi imisi yose mu kaguriro+ akazirikana hamwe n’ababa bahari. 18 Mugabo abantu bamwe bo mu bafilozofe b’Abepikuri n’Abasitoyiko+ batangura kuyaga na we baharira, bamwe bakavuga ngo: “Ivyo uwo muswaganyi ashaka kuvuga ni ibiki+?” Abandi ngo: “Asa n’uwumenyesha ibimana vy’ibinyamahanga.” Kwari ukubera ko yariko amenyesha inkuru nziza ya Yezu be n’izuka+. 19 Nuko baramucakira, bamujana kuri Areyopago, bavuga bati: “Twoshobora kumenya iyo nyigisho nshasha+ uvuga iyo ari yo? 20 Kuko uriko uzana ibintu bishasha mu matwi yacu. Dushaka rero kumenya ico ivyo bisobanura+.” 21 Nkako Abanyatene bose be n’abanyamahanga bari bacumbitse ng’aho nta kindi bamaza umwanya wabo w’ukwisamaza atari ukuvuga canke kwumviriza ikintu gishasha. 22 Maze Paulo ahagarara hagati muri Areyopago+, avuga ati:

“Bagabo b’i Atene, mbonye yuko muri vyose musa n’abihebeye ugutinya ibimana+ kurusha abandi. 23 Nk’akarorero, igihe nariko ndarengana nkihweza nitonze ivyo musenga, nabonye n’igicaniro* canditseko ngo: ‘Ku Mana Itazwi.’ Ico rero musenga mutabizi, ico ni co ndabamenyesha. 24 Imana yakoze isi n’ibintu vyose biri muri yo, nk’uko Iyo nyene iri, ikaba ari yo Mukama w’ijuru n’isi+, ntiba mu nsengero zakozwe n’amaboko y’abantu+, 25 eka mbere ntikorerwa n’amaboko y’abantu nk’aho yoba igira ico ikenera+, kuko ubwayo ari yo iha abantu bose ubuzima+ n’impemu+ n’ibintu vyose. 26 Kandi yakoze amahanga yose+ y’abantu iyakuye mu muntu umwe+, ngo babe ku buringanire bwose bw’isi+, ishinga ibihe+ n’imbibe z’aho abantu baba+, 27 kugira ngo barondere Imana+, nimba bokabakaba bayirondera kandi bakayironka koko+, naho vy’ukuri itari kure y’umwe wese muri twebwe. 28 Kuko muri yo ari ho dufise ubuzima, tukagendagenda kandi tukaba turiho+, nk’uko bamwe mu baryoshamvugo+ bo muri mwebwe bavuze, bati: ‘Kuko na twe turi uruvyaro rwayo.’

29 “Ko rero turi uruvyaro rw’Imana+, ntidukwiye kwiyumvira yuko Imana+ imeze nk’inzahabu canke ifeza canke ibuye, nk’ikintu cahinguwe n’ubuhinga be n’ubwenge bw’umuntu+. 30 Ego ni ko, Imana yarirengagije ibihe vy’ukutamenya mwene ukwo+, yamara ubu iriko ibwira abantu yuko bose aho bari hose bakwiye kwigaya+. 31 Kuko yashinze umusi aho izocira urubanza+ isi mu bugororotsi ikoresheje umuntu yashizeho, kandi yarahaye abantu bose ikimenyamenya mu kuba yaramuzuye+ mu bapfuye.”

32 Erega, aho bumviye ivy’izuka ry’abapfuye, bamwe batangura kwitwengera+, abandi na bo bivugira ngo: “Tuzoba turakwumva kuri ivyo n’ikindi gihe.” 33 Nuko Paulo ava muri bo, 34 mugabo abagabo bamwe bifatanya na we bacika abemera, muri bo hakaba harimwo na Diyoniziyo umucamanza wa sentare ya Areyopago+, n’umugore yitwa Damari, be n’abandi bari kumwe na bo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika