ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 23:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze batangura kumwagiriza+ bati: “Uyu mugabo twamusanze ariko adurumbanya+ ihanga ryacu yongera abuza kuriha amakori+ Sezari, kandi avuga yuko we ubwiwe ari Kristu, umwami+.”

  • Yohani 19:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ku bw’ico Pilato aguma arondera ingene yomurekura. Mugabo Abayuda barasemerera, bati: “Niwarekura uwo muntu, ntuzoba uri umugenzi wa Sezari. Umuntu wese yigira umwami, avuga nabi Sezari+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika