Luka 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze batangura kumwagiriza+ bati: “Uyu mugabo twamusanze ariko adurumbanya+ ihanga ryacu yongera abuza kuriha amakori+ Sezari, kandi avuga yuko we ubwiwe ari Kristu, umwami+.” Ivyakozwe 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kandi Yasoni yabakiriye neza. Kandi abo bantu bose barwanya ingingo zashinzwe+ na Sezari, bakavuga ko hariho uwundi mwami+, ari we Yezu.”
2 Maze batangura kumwagiriza+ bati: “Uyu mugabo twamusanze ariko adurumbanya+ ihanga ryacu yongera abuza kuriha amakori+ Sezari, kandi avuga yuko we ubwiwe ari Kristu, umwami+.”
7 kandi Yasoni yabakiriye neza. Kandi abo bantu bose barwanya ingingo zashinzwe+ na Sezari, bakavuga ko hariho uwundi mwami+, ari we Yezu.”