ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 8:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “Ariko none, Imana izoba vy’ukuri kw’isi+? Ehe amajuru+, egome, ijuru ry’amajuru+, ubwayo ntashobora kugukwira+; nkanswe rero iyi nzu+ nubatse!

  • Yesaya 66:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”

  • Ivyakozwe 7:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Yamara rero, Musumbavyose ntaba mu nzu zakozwe n’amaboko+; nk’uko umuhanuzi avuga,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika