Yesaya 66:1 Bibiliya y’isi nshasha 66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?” Ivyakozwe 17:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Imana yakoze isi n’ibintu vyose biri muri yo, nk’uko Iyo nyene iri, ikaba ari yo Mukama w’ijuru n’isi+, ntiba mu nsengero zakozwe n’amaboko y’abantu+,
66 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Amajuru ni yo ntebe yanje y’ubwami+, isi na yo ni intebe y’ibirenge vyanje+. None inzu mushobora kunyubakira iri hehe+, kandi none ikibanza combera aho kuruhukira kiri hehe+?”
24 Imana yakoze isi n’ibintu vyose biri muri yo, nk’uko Iyo nyene iri, ikaba ari yo Mukama w’ijuru n’isi+, ntiba mu nsengero zakozwe n’amaboko y’abantu+,