Mika 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Baripfuje imirima barayigarurira+; baripfuje n’amazu, barayatwara; bagunze umuntu w’umugabo n’urugo rwiwe+, bagunga umuntu n’intoranwa yiwe+. Ivyakozwe 20:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nta feza canke inzahabu canke ivyambarwa vy’umuntu n’umwe nagiriye umwina+.
2 Baripfuje imirima barayigarurira+; baripfuje n’amazu, barayatwara; bagunze umuntu w’umugabo n’urugo rwiwe+, bagunga umuntu n’intoranwa yiwe+.